Inkota Murubavu Lyrics
- Genre:Soul
- Year of Release:2022
Lyrics
Yeah
This is painful baby
Ooh oh yeah mama
Ohh niwe wansutsurutsa
Watuma nteta
Wambwira ko Bose mbaruta, please ntunsige, yeeah
Hamwe wazamuhira wewe tukimenyana
Mama yakunze uko wicisha bugufi
Ntinda kukubarira nzi kotuzamana
Umusi urizina nzabikumwenyuza
Burya akaryoshe ntigatinda
None raba ubu, uragwaye cane
Fis'ubwoba yuk'udakira, bikorere je
Bikorere jewe, ugwane ntunsige
Oya ndase kubaho utari ngaha, ico nintavugwa
Wonzibura inkota murubavu (Aha)
Wonzibura inkota murubavu (Aha, eh)
Namarira yoza
Namirira yoza
Namarira yoza mama (Iye, iye, oh)
Namarira yoza
Namirira yoza
Namarira yoza mama (Iye, iye, oh)
Kuk'atarije nafashwe mbere yawe
Nkatuma ngenda ugasigara amahoro
Kuko wewe unsize je nob'umusazi
Burya amagara aruta amajana
Ubona ntanguye kurira nahozwa nande?
Ntawumenya uko biturira mumutima
K'abisi mbona bagira imitima igumye
Benshi bazabibona bitwengere
Ntashe tutari kumwe mbwira mama gute?
Konari namubwiye yuk'uramahoro
Please ugurura amaso w'umpe icizere
Yuko imisi myiza irimbere
Mesiya data wijuru undi mumutima
Umubiri w'uri mubiganza vyawe
Ndumugabo ariko vyase yuko nifata
Kukubura utampevye je vyotuma nsara
Bikorere jewe, ugwane ntunsige(Oya ntunsige)
Oya ndase kubaho utari ngaha
Ico nintavugwa (Nintavugwa)
Wonzibura inkota murubavu (Aha)
Wonzibura inkota murubavu (Aha, eh, namarira)
Namarira yoza (Namarira)
Namirira yoza (Namarira)
Namarira yoza mama (Namarira)
Namarira yoza (Namarira)
Namirira yoza
Namarira yoza mama (Iye, iye, oh)
Bikorere jewe, ugwane ntunsige
Oya ndase kubaho utari ngaha
Ico nintavugwa
Wonzibura inkota murubavu, hmm
Wonzibura inkota murubavu, hhm
Oya ntunsige
Ugurura amaso, undabe