Yarizwa N'umunezero Lyrics
- Genre:R&B
- Year of Release:2018
Lyrics
N'umunezero
N'umunezero
N'umunezero
N'umunezero
N'umunezero
Ngize kuraba
Igicu kiriko kirashika
Ntanumwe ahari atari je na we
Twigire muvyacu vyurukundo
Kumwe twamenyeye dupfyinata
Umusi tube turawumara
Sinshaka gutaha w'udatwenze
Turatuma turara ngaha
Nashaka ubimenye ko ngukunda
Inyoni hirya ziririmba
Ibiti inyuma navyo bitamba
Umuyanga naw'uvuzinanga
Niko nawe amarira yakoroka
Inyoni hirya ziririmba
Ibiti inyuma navyo bitamba
Umuyanga naw'uvuzinanga
Niko nawe amarira yamurenga
Ndamubaza ati ese kurira?
Anyishura ati ndagukunda
Umunezero je fise aha, eka ntagugira nigipimo
Nzaguma ndihafi yawe
Wama uri umunezero wanje
Ngukunda urutuma inyoni ziririmba
Rutuma imiyaga ivuza inanga
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Ndaha oya je ntaho ngiye
Nindaba inyuma uze unkebure
Sinzayoba wewe uringaha
Menya kari we munezero wanga
Hoza umutima umare agahinda
Geza aho udatuma naje ndira
Udatuma atemba ataja munda
Ndazi urizwa n'umunezero
Inyoni hirya ziririmba
Ibiti inyuma navyo bitamba
Umuyanga naw'uvuzinanga
Niko nawe amarira yakoroka
Inyoni hirya ziririmba
Ibiti inyuma navyo bitamba
Umuyanga naw'uvuzinanga
Niko nawe amarira yamurenga
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Je ndamukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa n'umunezero
Yarizwa nugwo jewe mukunda