Mwenyura Lyrics
- Genre:R&B
- Year of Release:2018
Lyrics
Wemeye Juliet
Naje nzakubera Romeo
Uwuzatuma wewe ubabara
Azatuma mbabara, kuko wewe uri je
Ukuntu Ukoze ntibambaze
Umutima uza warahise
Inguvu zose niwe ugira, oya narafashwe
Ubu ndavyemeye
Urambarire ninkubabaza
Unyobore uko ushaka konkukunda
Sinobivamo mbonye ubabaye
Kuko ndababara ntibinezereza
Mama muhira ndazi aragushaka
Gusa nipfuza ugume ngaha naje
Ugume umwenyura uri mugatuza, utambana naje
Nyamwiza gumaha
Oya oya
Sishaka k'ugenda w'udatamvye
Sishaka k'ugenda w'udatamvye naje
Sishaka k'ugenda w'utaryohewe
Oya mvyombabaza
Oh why oh why
Ushaka kugenda w'udatwenze
Ushaka kugenda w'utamwenyuye
Ushaka kugenda w'utanezerewe
Oya kibondo mwenyura
Hey baby
Iyi ndirimbo niyawe
Ryama mugatuza uyumvirize
Nzagukunda kugera izuba rirenze
Naje nzakubera Romeo
Kuko wemeye kuba Juliet
Uwuzotuma wewe umwenyura
Azatuma mwenyura , kuko wewe uri je
Ijoro numutaga nzagukunda
Umusi nimyaka nzagukunda
nihaza imvura imena amabuye
nzagumana nawe kugera umwenyuye
Urambarire ninkubabaza
Unyobore uko ushaka konkukunda
Sinobivamo mbonye ubabaye
kuko ndababara ntibinezereza
Oya oya
Sishaka k'ugenda w'udatamvye
Sishaka k'ugenda w'udatamvye naje
Sishaka k'ugenda w'utaryohewe
Oya mvyombabaza
Oh why oh why
Ushaka kugenda w'udatwenze
Ushaka kugenda w'utamwenyuye
Ushaka kugenda w'utanezerewe
Oya kibondo mwenyura
Shira amaboko mukirere
Uririmbe ko we wakunzwe
Twarose urukundo ahijimye
Shira amaboko mugatuza
Undabe mumaso unsome
Twarose urukundo ahijimye
Oya oya
Sishaka k'ugenda w'udatamvye
Sishaka k'ugenda w'udatamvye naje
Sishaka k'ugenda w'utaryohewe
Oya mvyombabaza
Oh why oh why
Ushaka kugenda w'udatwenze
Ushaka kugenda w'utamwenyuye
Ushaka kugenda w'utanezerewe
Oya kibondo mwenyura
Oya oya
Sishaka k'ugenda w'udatamvye
Sishaka k'ugenda w'udatamvye naje
Sishaka k'ugenda w'utaryohewe
Oya mvyombabaza
Oh why oh why
Ushaka kugenda w'udatwenze
Ushaka kugenda w'utamwenyuye
Ushaka kugenda w'utanezerewe
Oya kibondo mwenyura