Sibomana Lyrics
- Genre:World Music/Folklore
- Year of Release:2021
Lyrics
Sibomana - Yoya Jamal
...
Bakwanka urunuka, bakifuza icatuma upfa
bakifuza ko woba impumyi, bagucemo baguhe ishano bakagutega imitego ngo uyigwemo ubahe uruvugoo bakifuza icintu cose eeeh cotuma usinzikara
ivyo bintu byose Imana ikabigukiza ukaguma uri wawundi abanzi ishavu riniha bakagutega icobo Imana ikagutega icanzo ukaguma utera imbere bareke ????
Tsinda ishavu kuko abantu sibo mana ni ko bameze ariko abantu sibo mana
Tsinda ishavu kuko abantu sibo mana ni ko bameze ariko abantu sibo mana
bagusha ko bakwanka ugahisha ko ubizi mukabana mukabana mugenzanya iminsi niyindi igahita
baraseka n'amajigo ukabona ukagira ngo ni urukundo urabanze urabe neza aho uciye bohaturira
ivyo bintu byose Imana ikabigukiza ukaguma uri wawundi abanzi ishavu riniha bakagutega icobo Imana ikagutega icanzo ukaguma utera imbere bareke ????
Tsinda ishavu kuko abantu sibo mana ni ko bameze ariko abantu sibo mana ni ko bameze ariko abantu sibo mana
ivyo bintu vyose ntihagire ikiguca intege uwo Imana yahezagiye ntawe uri bumuhumanye mu iterambere ryawe ntukeneye inshuti gusa urakeneye n'abakwanka nibo bazotuma utera imbere eeeeeh
Tsinda ishavu kuko abantu sibo mana ni ko bameze ariko abantu sibo mana ......
babemo ubazi.....