Loading...

Download
  • Genre:Blues
  • Year of Release:2024

Lyrics

Malaika - Annex Sound

...

Iyeh aah (Vugastar)

Uhh huhuh

Ooh hhoh (Mziki ni Dawa)

Ahaah they call me Annex Sound yeah

Umva

Harimpamvu yatuma ninumira

Sinkurikirane ibyurukundo

Nyagasani undinde zangeso mbi zogu celebrate ubu single

Jewe, ico ndagusaba uyumwaka ntuzuhere ndinyakamwe,

Ntawumenya igihe ariko mumutima je numva hageze

Nigituma ntuje nukonshaka umukobwa wimico nakaranga

Umukobwa adahendwa nibiguruka

Yipfuza kwubaka ugwiwe rugakomera

Kandi ntahendwe nivyiyisi

Ohhh

Na canecane kifaranga rigwubaka vuba ariko rudakomeraa

Ooh hoh

Kuri wewe mukobwa nkunda (uuuuh)

Nzokwamana mumutima sinzigera nkureka

Uri malaika

Chor/

Malaika

Uri malaika wanje

Kirezi

Uri ikirezi canje

Uri malaika

Malaika wanje

Uri ikirezi

Uri ikirezi canje

Malaika

Ubutunzi butanga umunezero ariko nje simbyitayeho

Uri akamanakazi Kanje kavuye mwijuru iyo

Reka ngukunde (let me love you) nagufashe mumutima nkigera nifi (ifi)

Reka ngukunde maze twigumanire nkimizi nisi

Niwewe gusa umbamwo

Kandi ntawuzobihindura

Ubu numva amagambo yawe

abandi sinkibumva(oooh ooh)

Kuri wewe mukobwa nkunda (mmmh)

Nzokwamana mumutima sinzigera nkureka

Uri malaika

Chor/

Malaika

Uri malaika wanje

Kirezi

Uri ikirezi canje

Uri malaika

Malaika wanje

Uri ikirezi

Uri ikirezi canje

Malaika

Ndi Adam wawe uri Eva wanje (Mpa kucamwa)

Ndi Adam wawe uri Eva wanje (Mpa mpa kucamwa)

Uri mwiza urimwiza cane

Utuje nkayaga kanimugoroba

Ako kabiri you don't need a makeup

Upake usipake hakuna matata

Ooh ooh

Kuri wewe mukobwa nkunda (uuuh)

Nzokwamana mumutima sinzigera nkureka

Uri malaika

Chor/

Oo malaika

Uri malaika wanje

Kirezi

Uri ikirezi canje (uri ikirezi)

Uri malaika

Uri malaika wanje

Uri ikirezi

Uri ikirezi canje (Uri ikirezi)

Malaika

(Oo malaika

Uri malaika wanje

Uri ikirezi)

(Umutima wanje nuwawe

umutima wawe nuwanje)

Ooh ooh

They call Annex Sound

+

      -   or   -

      -   or   -

      NG +234
          -You can log in via below methods-
          Reset password via e-mail
          -or-
          Reset password via e-mail
          Feedback on resetting password
          * It may take a longer time

          Please Select A Playlist

          Add New Playlist

          Share on

          Embed: Love & Light EP

          Custom Size :

          • Default
          • Desktop(300*600)
          • Mobile(300*250)

          Type :

          • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
          Get Boomplay Premium
          for
          Payment Method
          Pay With
            Review and pay
            Order Date
            Payment Method
            Due Today
            Flutterwave
              Subscription Successful

              Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

              Now you have access to all the features of Boomplay App.
              Payment Failed

              Please check your balance and then try again.

              You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
              Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
              Payment Processing...
              10 s

              Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

              Payment Processing
              Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
              About Order Status