Umwami wanje Lyrics
- Genre:Gospel
- Year of Release:2024
Lyrics
Yesu ni Umwami wanje
Yesu ni Umwami wanje
Mfise umukunzi yantoranije
Izina ryiwe rirakiza
Niryo riruhura abananiwe
Ritanga amahoro mu mutima
Rifise ububasha n'ubushobozi
bwo kuzura ivyapfuye
Muze mwese tunezerwe
Simba simba dutazire
Dutarike aya maboko Yesu ni Umwami
Urukundo ankunda ruratangaje
Ntiruva kubikorwa vyanje
Yankunze ndi mw'ishayo ry'ivyaha
Yemera kumpfira ngo ncungurwe
Ni mundeke nanje ndamutambire
Ndamushime arabikwiye
Muze mwese tunezerwe
Simba simba dutazire
Dutarike aya maboko Yesu ni Umwami
Yesu ni Umwami wanje
Kandi ni Umukiza
Ni iki combuza yemwe
Gushima uwambabiwe