Iyo unjana ni heza
- Genre:Spirituals
- Year of Release:2023
This song is not currently available in your region.
Lyrics
Iyo unjana ni heza - Ineza Parfaite
...
Serge: ndizeye inyobozo yawe Mwami kuko umenyera kure, ahari ubgatsi butotahaye
Maze ukahandongorera: erega iyo unjana ni heza.
/Ndizeye inyobozo yawe Mwami kuko umenyera kure, ahari ubgatsi butotahaye
Maze ukahandongorera: erega iyo unjana ni heza.
Chorus: uri umwungere wanje mwiza ntaco nzokena mu vyiza ubuzima bwanje buri mu biganza vyiza ntaco nzokuburana x2

Iyo unjana ni heza hari amazi adasuma bihumuriza umutima
Kuko umbereye umwungere harico nizera nzorushiriza kwera.
Similar Songs
Listen to Ineza Parfaite Iyo unjana ni heza MP3 song. Iyo unjana ni heza song from album Iyo unjana ni heza is released in 2023. The duration of song is 00:05:19. The song is sung by Ineza Parfaite.
Related Tags: Iyo unjana ni heza, Iyo unjana ni heza song, Iyo unjana ni heza MP3 song, Iyo unjana ni heza MP3, download Iyo unjana ni heza song, Iyo unjana ni heza song, Iyo unjana ni heza Iyo unjana ni heza song, Iyo unjana ni heza song by Ineza Parfaite, Iyo unjana ni heza song download, download Iyo unjana ni heza MP3 song