Loading...

Download
  • Genre:Hip Hop & Rap
  • Year of Release:2021

Lyrics

Toba Toba

Uno musi turatoba

Kora Kora

Uno musi turakora


Uno musi numu champs

Uno musi ni am vodoka vodoka vodoka

Ndayikunda on the rocks

Ntakuyivanga na coca


Yaco uba ugotwa maniga tora isuka

Ugende guca kijumbu

Uzinduke sacenda ucomoke kukazi

Urekane n'ubwo buhumbu


Urekane n'ako kaboubou kabousilla icrane

Kakwambura impuzu

Reka iyo mizigo uturya buri musi

Uhinduka basi ugacana ak wood


Mgalatia

Ngo nshak umgalatia


Mgalatia

Nshak umgalatia


Hora

Rek kuvuga ubujambo butagira umutwe n' amaguru

Kora

Reka kuba wishinga ivyo biyayuramutwe bizogukora


Nshaka kukubona imitsi yaranze

Utigita isaha umanani

Mukurya imizigo utwara umudari

Mwijoro ugataha ucapa umunani


Ipingu everyday mugasho bose murazinanye

Amenyo yaraheze ibagare niw wayizanye

Ariko ugakubitwa ufukamye

Yororo ndababaye


Urambabaje

Utankomerekeje

Genda Uzogwa imbere

Eka singuherekeje


Ikibwirwa nticumva

Icerekwa cambay amafume


Kora Kora

Uno musi turakora

Kora Kora

Uno musi turakora


Uno musi numu champs

Uno musi n am vodoka vodoka vodoka

Ndayikunda on the rocks

Ntakuyivanga na coca


Toba Toba

Uno musi turatoba

Kora Kora

Uno musi turakora


Uno musi n am champs

Uno musi n am vodoka vodoka vodoka

Ndayikunda on the rocks

Ntakuyivanga na coca


Yes I got the bread ushatse urasiga blue Band

Usahaka ndaguhe imilette

Man utahe uvyibushe


Utashe utahe wikina amatavu

Ucapa inani kumapave

Ti wamugabo yaruganye pe


Samunani waguye moba

Ntufate volant

Tera icatch icufis m ntoke bro

Kiraguha

Cab gishushe ck gikanye bro

Irahera (Inyota)

Turayisezera tura


Toba Toba

Uno musi turatoba

Kora Kora

Uno musi turakora


Uno musi n'am champs

Un musi n am vodoka vodoka vodoka

Ndayikunda on the rocks

Ntakuyivanga na coca


Uno musi turatoba

Uno musi tura buva

Uno musi tugwa moba

Uno musi turadoha

Kumwanya kumwanya Icayi cayi

Kuko imikate bruh

Yoyo ntibura

+

      -   or   -

      -   or   -

      NG +234
          -You can log in via below methods-
          Reset password via e-mail
          -or-
          Reset password via e-mail
          If you have any questions, please feedback on Boomplay App or send an email to [email protected].

          Please Select A Playlist

          Add New Playlist

          Share on

          Embed: Love & Light EP

          Custom Size :

          • Default
          • Desktop(300*600)
          • Mobile(300*250)

          Type :

          • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
          Get Boomplay Premium
          for
          Payment Method
          Pay With
            Review and pay
            Order Date
            Payment Method
            Due Today
            Flutterwave
              Subscription Successful

              Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

              Now you have access to all the features of Boomplay App.
              Payment Failed

              Please check your balance and then try again.

              You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
              Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
              Payment Processing...
              10 s

              Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

              Payment Processing
              Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
              About Order Status