![Wa Danger ft. Dj Philbyte & Olegue](https://source.boomplaymusic.com/group10/M00/07/09/1ecb7870af8f43579e9fa3e094cdbcf7_464_464.jpg)
Wa Danger ft. Dj Philbyte & Olegue Lyrics
- Genre:Alternative
- Year of Release:2024
Lyrics
U Already Know
It's another club banger
Adda pro na kizigenza
OLG na Xfecta
Twakuja kuwa chapa chapaa
Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba
Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda
Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger)
Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (wa danger)
Uru wa danger
Wa danger
Uru wa danger
Uh Icyana kiri sexy
Bad boys erega bacirukira ari benshi
Kiraza nkagira fantasy nyinshi ziri magic
Ni Adda Pro ongereza volume ibe na nyinshi
Vibe naje ndumwe nzanye icyana kiri danger
Nahashitse bwira DJ agire mélangent
Wa danger mix iri enchange
Narahinduye inzoga mba bucange
Selector ridim mi DanceHall tubacange
nkunda ukwo ubikola
Coca Cola niyo nkuzimana ugeze muhira cunyarutsa,
Can I spendin' da dollars
Erega nobikola
BadGyal touchin' inna mi Bomboclat hola
She do me thiss
Wine for me, wine for me gyal
She do me that
Whine for me, whine for me
She a party animal
Wine for me, whine for me gyal
Ukuntu abikala
Whine for me, whine for me
OKAY
Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba
Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda
Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger)
Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (wa danger)
Uru wa danger
Wa danger
Uru wa danger
Yeah uh huh
Papiyes papiyes
Urazi ndumu gentleman wa buja ni OLG
Binkore binkorere
Kora hit muba Jama ewana ntumbanire
Pretorico pretolico nzokujana ahushaka Kuko ziriko
Ivyo bipisto vyobiPisto biratera appetit gukorako
Nipe nipe nipe nipe mama nipe zote tupaju niko cini nami ni okote tereza tereza mala tuko kwenye tope apo sasa Ndo utajua aujajua
Sumunyankore tonsukuba kariyopotiya nibakiyole one vibes two kick three king
Jewe ndakaze
Nabonye benshi bameze fresh ariko niwe kibasumba
Nama ndi ready gutanga inoti gukora ivyo ukunda
Unanipa care nkibagira n'ibibazo vyanje yah (ur'uwa danger)
Sinkiri umu player sinzi ukuntu nagukunze kwa jeux yah (ur'uwa danger)
Uru wa danger
Wa danger
Uru wa danger
She do me this
Wine for me, wine for me gyal
She do me that
Wine for me, wine for me
She a party animal
Wine for me, wine for me gyal
Ukuntu ubikala
Wine for me, wine for me
It's another club banger
Adda pro na kizigenza
OLG na Xfecta
Twakuja kuwa chapa chapaa