Loading...

Download
  • Genre:Hip Hop & Rap
  • Year of Release:2024

Lyrics

Umunezero wanje n'umuziki

Mbega nowuheba nokoriki

Kundimwo nkawubamwo

Tubana nawo nzopfana nawo


Ikibika kokoriko

Muga Tondo mba ndi gado

Nikaramu mu kuboko

Mba nakaze nkigikoko

Mba mvutura nkiki moko

Aba Ponda bakavyonga,bakazibira amasoko

Songs tugakora ku mbuga zose tugashora

Tukamarira umushahara kuri za views bayora

Nkawukorabakankora

Abo duhuye nguracawukora Ukamengo hari akandi kazi bampaye kazondokora.

Ndiho nkuzopfejo

Sindiho nkuwuzobahejo

Umuziki n'ifarasi yanje Nanje ndayurira nkayiyobora ikankundira

Nkiyima agahuzu keza ariko nkaguhereza

Iki yeri uba wishe showbizz iyanyuma ni heness

Warantwaye umutima

Hasigaye kutwara amahaha

Ndakora

Umushahara niwe utora

Nkabora

Inyuma ariko nguma mbora


Umunezero wanje n'umuziki

Mbega nowuheba nokoriki

Kundimwo nkawubamwo

Tubana nawo nzopfana nawo


Muvyo nabonye kandi ntazigera nibagira

Nuko kuririmba aha iwacu atawovyizigira

Umuziki waratumye school indurira

Nakanya ndose ko ku bossa nkaca ni rappira

Bakambarira papa na maman yuko ata kigenda

Kuba umu nyamuziki muma shure ata kigenda

Naho yoba ari ingabirano ivyo ukora ni swata

Gumako wumireko umere kurya kw'iki mata

Dute ishavu kurinde

Mbega ninde aturiye

Ko tuyibira hakihanagura Barya bihiye

Urazi kuva m'umuziki ataco ukamariye Yooo

Bapfanye ifovya ry'amatungo twebwe twaruhiye

Birafise code birafise ahantu vyugariye

Kurinda uraza udashitsee ku kintu wahabiye

Kuba bigenda uko canke bigume uko

Sindota mpeba regional wa karere


Umunezero wanje n'umuziki

Mbega nowuheba nokoriki

Kundimwo nkawubamwo

Tubana nawo nzopfana nawo

+

      -   or   -

      -   or   -

      NG +234
          -You can log in via below methods-
          Reset password via e-mail
          -or-
          Reset password via e-mail
          Feedback on resetting password
          * It may take a longer time

          Please Select A Playlist

          Add New Playlist

          Share on

          Embed: Love & Light EP

          Custom Size :

          • Default
          • Desktop(300*600)
          • Mobile(300*250)

          Type :

          • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
          Get Boomplay Premium
          for
          Payment Method
          Pay With
            Review and pay
            Order Date
            Payment Method
            Due Today
            Flutterwave
              Subscription Successful

              Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

              Now you have access to all the features of Boomplay App.
              Payment Failed

              Please check your balance and then try again.

              You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
              Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
              Payment Processing...
              10 s

              Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

              Payment Processing
              Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
              About Order Status