KU KADIRISHA ft. Mo'W Kanzie & B-Face On The Flo Lyrics
- Genre:Others
- Year of Release:2023
Lyrics
KU KADIRISHA ft. Mo'W Kanzie & B-Face On The Flo - Easy Boy Mutama W'ubuki
...
Ku kadirisha
...
Ninwera aga Heineken
Inwe naga henessy
Nsuke naga champagne nzoba meze fureshi
Eeeh mwa bantu mwe
Tuje kunywa mu kuzimu
Nta cupa(oya nta cupa)
Your eazy
Wa muntu we je wapi ndake ahubona ntuze je mfise agasibe agasibe je mfise agasibe agasibe je numva agasibe
Urwedengwe ahubona ndindembe muga sindemvye reka nambare tugende
Tuvyatse rirenge tuvyatse dukwege akarengwe tunwera he reka tubaze mwi quartier
Ninwera aga Heineken inwe naga henessy nsuke naga champagne nzoba meze fureshi
Eeeeeh mwa bantu mwe tuje kunwa mu kuzimu nta cupa (oya nta cupa)
Tunwera ku kadirisha ku ka ku kadirisha
Tunwera ku kadirisha ku ka ku kadirisha
Twicara ku kadirisha ku ka ku kadirisha
Turara ku kadirisha ku ka ku kadirisha
Tunwera ku kadirisha ku ka ku kadirisha
*dirisha ku ka ku kadirisha
Ku kadirisha ku ka ku kadirisha
*dirisha ku ka ku kadirisha
...