Twige Lyrics
- Genre:Gospel
- Year of Release:2023
Lyrics
Twige
Ye
Imana ntihungwa
Nta muntu numwe adakenera amazi
Utayanyoye urayamesuza
Utayameshuje urayoga
Utayoze urayatekesha ooooh
Hari umusi uzokener'imana
Atari unomusi hazob'ejo
Even not today maybe tomorrow
Everybody we need God
This style can challenge you
And make you think that is secular
This life can challenge you
And be like, you don't know!
You don't know
When you do know
You do things as you don't know
You deny Christ when you know
HAri umusi uzokener'imana
Ah ah ah, aaaah
Oh oh oh, ooooh
Hari umusi
Hari umusi
Hari umusi
Hari umusi uzokerer'imana
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Vyose biherera mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu
Mw'ivu
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu
Wigir'umweranda
Wigir'umuntu afise ubuzima burenze
Ngo wize cane kuruta kuruta abandi bose
Ariko umenye ko kumeny'imana bisumba vyose
Abagusunvy'ubuzima , ubwiza n'amashure
Unomusi barihe?
Twige
Barihe,barihe?
Twige
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu