![Ihangane](https://source.boomplaymusic.com/group10/M00/10/08/a2b85e10224646c382b3ef150bde2d07_464_464.jpg)
Ihangane Lyrics
- Genre:Gospel
- Year of Release:2023
Lyrics
Harigih'uhura nibibazo ugatagira kwiheba cyane Ugatekereza kw 'Imana yakwibagiwe ukavuga atejo Nzabahonte ariko hariho Imana isubirizigihe izere Iyo Mana urakira
Ihangane ihangane hanagura marira yawe yose Iyakuremye nukuri irahari irakuzi kuva utarabaho Nomugicucu curupfu azobana nawe ninkinzoyawe Kumurango nijoro ivyawe vyose abizi kuvakera Cane reka kurira Yesu arakubona

Harigihe ugera mubibazo ukababara ndetse Ukiheba ukibazuti ejo nzabahonte
Ariko Yesu ariho yatubambiwe kumu saraba Igorigota niho twaboneye insinzi
Ihangane ihangane hanagura marira yawe yose Iyakuremye nukuri irahari irakuzi kuva utarabaho Nomugicucu curupfu azobana nawe ninkinzoyawe Kumurango nijoro ivyawe vyose abizi kuvakera Cane reka kurira Yesu arakubona
Ihangane ihangane hanagura marira yawe yose Iyakuremye nukuri irahari irakuzi kuva utarabaho Nomugicucu curupfu azobana nawe ninkinzoyawe Kumurango nijoro ivyawe vyose abizi kuvakera Cane reka kurira Yesu arakubona
Ngaho wirira mugenziwanje ivyunyuramwo Bizashira ugire ukwihangana kuko yaduseze raniye
Nitugerayo tuzaba amahoro ngaho komeza nawe Umwizere Yesu imbere haribyiza gusa
Ihangane ihangane hanagura marira yawe yose Iyakuremye nukuri irahari irakuzi kuva utarabaho Nomugicucu curupfu azobana nawe ninkinzoyawe Kumurango nijoro ivyawe vyose abizi kuvakera Cane reka kurira Yesu arakubona
Ihangane ihangane hanagura marira yawe yose Iyakuremye nukuri irahari irakuzi kuva utarabaho Nomugicucu curupfu azobana nawe ninkinzoyawe Kumurango nijoro ivyawe vyose abizi kuvakera Cane reka kurira Yesu arakubona
Reka kurira reka kurira ibyo byose bizorangira Tabaza Yesu tabaza Yesu nawe yiteze Kugutabara.