Utunenge Lyrics
- Genre:Others
- Year of Release:2023
Lyrics
Har'ivyo utegekwa kuvuga
Navy utegerezwa kunuma
Iy'isi irayobeye kur'ubone
Ijana ntirigisuma
Benshi ntibaz'igituma
Batagihaga umutsima
Haga umutsima
Batagihabwa umutsima woyo
Ubuzima n'ink'ikiyaga
Ifi nini zirya ntoya
Mu mitumba nomu biyaya
Nta ruhindu wohatora aaa
Ewe mwana wa mama
Kosora utwo tunenge
Ewe mwana wa mama
Ngusaba ko woca ahenge
Ewe mwana wa mama
Kosora utwo tunenge
Ewe mwana wa mama
Ngusaba ko woca akenge
Propaganda
Inkuru zicurirwa mu ruganda
Harahanda
N'ubwo hashashe neza nk'igitanda
Amanyanga azana akaga
Eka s'umunyanga sawa
Fata akayaga ku kiyaga
Imana itararuca impaga
Niko mvyibaza ooyoo
Ewe mwana wa mama
Kosora utwo tunenge
Ewe mwana wa mama
Ngusaba ko woca akenge
Ewe mwana wa mama
Kosora utwo tunenge
Ewe mwana wa mama
Ngusaba ko woca akenge
Ewe mwana wa mama
Kosora utwo tunenge eeeh ee
Ewe mwana wa mama
Ngusaba ko woca akenge